Mairie de Bujumbura
@MairieBuja
ID:2322141325
http://www.mairiebujumbura.gov.bi 01-02-2014 10:44:13
3,1K Tweets
37,1K Followers
179 Following
#Burundi Ku w'Imana igenekerezo rya 12/5/2024, Umushikiranganji wa mbere Ndirakobuca Gervais yaragirishije inama abarongoye abandi mu ntwaro no mu gipolisi mu gisagara ca @mairibuja kugira barabire hamwe icokorwa ngo umutekano utsimbatare. Bureau du Premier Ministre
MininterInfosBi
Vyari vyitabwe kandi n'abakozi ba CroixRougeBurundi aho iryo shirahamwe ryari riramutse rihimbaza umunsi mpuzamakungu warihawiwe.
#Burundi Le maire a organisé, le lundi 6 mai 2024, une réunion à l'intention des administratifs et des commandants d'unités oeuvrant en @mairiebuja pour analyser la situation sécuritaire qui prévaut dans la ville de Bujumbura.
MininterInfosBi
Ntare Rushatsi House
Umukuru wa Mairie de Bujumbura yakiriye Icegera c'Umukuru w'igihugu. Ku civugo c'uno mwaka DUKOMEZE IBIKORWA, KU BURYO UMWE WESE ARIMBURA IVYO YAKOZE, avuga ko abanyagisagara babandanya kwiteza imbere mu bikorwa kugira bariko berekeza kuri ya mbonakazoza 2040-2060 y'igihugu c'UBurundi